BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga (top story)

UK: Umuganwa Philip yashinguwe kuri uyu wa gatandatu
Abari muri ivyo birori bari bambaye udupfukamunwa kandi batandukanye nk'uko amabwirizwa ngenderwako yo kurwanya Covid abitegekanya, mbere n'umwamikazi akaba yari yicaye wenyene.
Ibindi bisa n’ibi
Béatrice Munyenyezi yageze i Kigali RIB yahise imufunga
Munyenyezi yageze i Kigali ku mugoroba wo kuwa gatanu ahita ashyikirizwa Urwego rw'Ubugenzacyaha akigera ku kibuga cy'indege.
UK: Umwamikazi yashize ahabona ifoto akunda cane ari kumwe n'umuganwa Philip
Umwamikazi Eilzabeth II yashize ahabona imwe mu masanamu akunda cane ari kumwe n'umugabo wiwe yamaranye nawe imyaka 73, umuganwa Philip aherutse gusandaba akaba ashingurwa kuri uyu wa gatandatu.
Ayavugwa mu mupira w'amaguru kuri uyu wa gatandatu
Chelsea iripfuza Jude Bellingham wo muri Dortmund, Man Utd irashaka Wesley Fofana wa Leicester,ni amwe mu yavugwa kuri uno wa gatandatu
Amerika yafatiye ibihano bamwe mu bategetsi ba Uganda
Kuri bamwe, ifatwa ry'abantu ryakozwe ku butegetsi bwa Yoweri Museveni ryibutsa iryakorwa ku butegetsi bwa Idi Amin mu myaka yo mu 1970.
Ghana: yaciriwe umunyororo kubera ifoto yiwe ari gusa yashize ku rubuga
Umunyatugenegene Rosemond Brown, azwi nka Akuapem Poloo, yaciriwe umunyororo w'amezi atatu inyuma yo gukwiragiza ku mbuga hwaniro isanamu yiwe yambaye ubusa ari kumwe n'umwana wiwe w'umuhungu.
Uburusiya bwirukanye abakora mu buserukizi bwa Amerika mu kwhora
Uburusiya bwirukanye abakora mu buserukizi bwa Reta Zunze Ubumwe za Amerika 10, abategetsi bakuru umunani ba Amerika nabo bashirwa ku rutonde rw'abatemerewe kwinjira muri ico gihugu, inyuma y'aho Amerika ifatiye ibihano Uburusiya.
Indianapolis: Yarashe abantu mu kivunge yica umunani
Abantu benshi bakomeretse ubwo umugabo yarasaga mu bantu ku kigo FedEx mbere y'uko nawe yiyica.
Amwe mu mafoto yaranze Africa muri iki cyumweru
Amwe mu mafoto yaranze Africa muri iki cyumweru.
Ibiganiro bya radiyo
Ikiganiro gicukumbuye ku bibazo bitandukanye.
Umviriza, Umutekano wifashe gute Goma no mu nkengero?, Umwanya bimara 3,13
Ejo bundi twabagejejeho amakuru y'imvururu zishingiye ku moko zaberaga mu mujyi wa Goma n'inkengero zawo, mu burasirazuba bwa Republika ya Demokarasi ya Congo
Umviriza, Ibibazo kuri Covid-19: Abana baba bayandura?, Umwanya bimara 3,29
Muganga Leonard Nduwayo ukorera mu Bufaransa arasubiza ikibazo cya Dionise Kwizera ubaza ati: Mbega burya abana bararwara Covid-19 ko atabo turumva yahitanye?
Umviriza, Ni kuki incanco zabaye nyinshi ku ndwara imwe?, Umwanya bimara 3,55
Turakomeza kubashikiriza inyishu ku bibazo ku vyo mwifuza kumenya bijanye n'ingwara ya Coronavirus.
Video, Tanganyika: kuki mu bihugu bine u Burundi bubangamiwe?, Umwanya bimara 3,48
Abahinga, abahovye n’abatwara u Burundi bavuga iki? “Si bishasha, ariko n’abantu bafise uruhara runini muvyononekara”. Hazokurikira iki?
Video, Prince Philip mu vyaranze isi imyaka 100, Umwanya bimara 5,18
Umuganwa Philip yabonye vyinshi, vyiza na bibi, ibisanzwe n’ibidasanzwe mu myaka 100 ari kw’isi. Ng’ibi ibikuru vy’akahise, bimwe vyigishwa mu mashule.
Video, Afrika y’Epfo: Kuki bagirwa ingumba ?, Umwanya bimara 3,15
“Ni ivyaha bikorerwa abagore mu bihugu vyinshi, ama leta abwirizwa kurwanya, ababikorewe bagashumbushwa”.
Video, Libya : Imbere y'ukwicwa, iyicwa, n’inyuma y’intwaro ya Gaddafi, Umwanya bimara 9,24
“Gaddafi yaranse kwemera ko ubutegetsi buriko buramuherana”. Feras Kilani yarakurikiye ivya Libya, ahakwa kubizira. Hari icizere c’amahoro arama?
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Umurundi yaronse ikidari c'inzahabu ku nzoga 'iryoshe cane kw'isi'
Mw'ihiganwa ry'inzoga iryoshe cane riba buri mwaka, umurundi ni we yatahukanye ikidari c'inzahabu c'inzoga ya mbere iryoshe cane mu mwaka wa 2021.
Covid irimo kwerekeza Abanyafrica miliyoni 30 mu bucyene – IMF
IMF ivuga ko ibihugu bimwe bizacyenera kongera amafaranga bikoresha mu buvuzi ho 50% ngo bibashe gukingira 60% by'abaturage babyo.
Uko agace kamwe muri Africa kari kurakaza Ubushinwa
Taiwan na Somaliland ubundi ni uduce dukora neza nka leta zigenga ariko ntabwo twemewe nk'ibihugu mu ruhando rw'amahanga.
Umubirigi yapfunzwe imisi 15 kubera ivanguraruhu ku mwiraburekazi
Umugabo umwe yaciriwe gupfungwa indwi zibiri ku butumwa bw'ivangura rishingiye ku rukoba yarungikiye Cécile Djunga, ingendo yababaje cane Ububirigi.
Ibihugu byabaye bihagaritse urukingo rwa Johnson & Johnson
Kubera kuvura kw'amaraso kw'imbonekarimwe, Amerika, Afurika y'epfo n'ibihugu byo mu muryango w'ubumwe bw'Uburayi byahagaritse uru ukingo.
Ongera wumve ibiganiro by'abagore na Bazamuganga
Umviriza, Allen Ingabire na Mpano Polette bakora indabo zo mu biti, Umwanya bimara 5,39
Allen Ingabire na Mpano Polette bashinze ikigo gikorera mu mujyi wa Kigali, gikora indabo zo mu bw'ibiti bakazigurisha ku bashaka gutaka iwabo cyango ibiro.
Umviriza, Kerry Gladys Ntirampeba, uwuzoserukira u Burundi mw'ihiganwa rya slam, Umwanya bimara 4,34
Uyu munyatugenegene w'Umurundikazi, azoserukira u Burundi mw'ihiganywa nyafrica ry'amazina avugwa mu ndirimbo canke slam
Umviriza, Bazamuganga: Uburwayi bwa Fibromes Uterins bumeze gute?, Umwanya bimara 4,55
Abagore n'abigeme bageze mu myaka yo kwibaruka barashobora kugira ikibazo c'ibivyimba mu bice vy'igitereko/ Fibromes Uterins
Umviriza, Umunsi mpuzamakungu wahariwe abagore: Ni gute mu bushingwamanza mu Burundi?, Umwanya bimara 4,30
Umushingwamanza Diane Kagwiza yiganiye BBC Gahuzamiryango ingorane abakenyezi bahura nazo kugira binjire mu mwuga w'ubushingwamanza mu Burundi
Podcast
Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango
Ayavugwa mu mupira w'amaguru i Buraya kuri uyu wa gatanu
West Ham bizeye kuzana umukinyi w'imbere wa Arsenal, Eddie Nketiah, 21 mu mpera z'uyu mwaka.
Aubameyang mu bitaro kubera malaria
Rutahizamu wa Arsenal Pierre-Emerick Aubameyang yavuriwe mu bitaro nyuma yo kurwara malaria ubwo yakiniraga ikipe y'igihugu cye cya Gabon.
Ayavugwa mu mupira w'amaguru kuri uyu wa gatatu
Harry Kane yipfuza gukinira Manchester, Man Utd yipfuza kugarukana Christiano Ronaldo, Barcelona nayo igiye kurondera Sergio Aguero, aya hamwe n'ayandi ni muyavugwa kuri uyu wa gatatu.
'100% uzaba' – Fury avuga ku mukino we na Joshua
Tyson Fury avuga ko yifuza cyane ko umukino na Anthony Joshua utangazwa vuba kuko bombi ubu bari ku gasongero k'ibihe byiza.
Radiyo, igitangaza makuru kigikunzwe cyane
Radiyo, igitangaza makuru kigikunzwe cyane

